Ikigabane ca 17iwiat8t USs o Pepl

Isezerano n'igenyerwa

1 Aburamu yari amaze imyaka mirongo icenda n'icenda igihe Umukama yamubonekera, akamubwira ati: «Ni jewe Imana Mushoboravyose; gendera imbere yanje, ube intungane. 2 Nzokwunga isezerano ryanje hagati yanje nawe, nzokurondora bimwe bishemeye.» 3 Aburamu akubita inkoro hasi. Imana imubwira iti: 4 «Ahanje, ng'iri isezerano ryanje na we: uzoba se w'isinzi ry'ibihugu. 5 Nta wuzosubira kuguhamagara izina ryawe Aburamu; izina ryawe rizoba Aburahamu, kuko ndaguhaye kuba se w'isinzi ry'ibihugu. 6 Nzokurondora bimwe bishemeye, nzokugira iyogi ry'amakungu, abami bazokwamuka kuri wewe. 7 Nzokwunga isezerano ryanje hamwe na we, hamwe n'uruvyaro rwawe mu nyuma zawe, uko imvyaro zarwo zose zizokurikirana; iryo sezerano ribe iryo imyaka yose, kandi kubera ryo, nzoba Imana yawe n'iyo uruvyaro rwawe mu nyuma zawe. 8 Nzoguha igihugu wagiye uracumbikamwo n'uruvyaro rwawe mu nyuma zawe, igihugu cose ca Kanahani uciganzire na ntaryo. Nanje nzoba Imana yabo.» 9 Imana ibwira Aburahamu iti: «Wewe uzozigama isezerano ryanje, wewe n'uruvyaro rwawe mu nyuma zawe, uko imvyaro zawe zose zizokurikirana. 10 Ng'iri isezerano ryanje muzozigama hagati yanje namwe, n'uruvyaro rwawe mu nyuma zawe: muzogenyera zina muhungu wese. 11 Muzogegena agasato k'igihimba c'irondoka canyu, kibe ikimenyetso c'isezerano ryanje hagati yanje namwe. 12 Zina muhungu wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani, umuhungu wese wo mu mvyaro zose, yaba uwavukiye mu rugo rwawe, yaba kavantara yaguzwe amahera atamuka mu ruvyaro rwawe, azogenyerwa. 13 Uwavukiye mu rugo rwawe, canke uwo waguze amahera yawe, azotegerezwa kugenyerwa. Isezerano ryanje rizoba mu mubiri wanyu isezerano ry'intahava. 14 Uwutagenyerewe, umuhungu atazoba yaragegenywe agasato k'igihimba c'irondoka, azocibwa mu biwe, kuko azoba yarataye isezerano ryanje.» 15 Imana ibwira Aburahamu iti: «Umugore wawe Sarayi, ntuzobe ukimuhamagara mw'izina Sarayi: izina ryiwe ni Sara. 16 Nzomuhezagira, kandi mbere nzoguha umuhungu avyawe na we. Nzomuhezagira, azovyara amakungu, abami b'amakungu bazova kuri we.» 17 Aburahamu akubita inkoro hasi, aratwenga. Yibwira mu mutima ati: «Ubwo umutama w'imyaka ijana yovyara umuhungu? Canke Sara w'imyaka mirongo icenda, ngo yoshobora kuvyara?» 18 Aburahamu abwira Imana ati: «Yishemaheri arakaramba mu maso yawe.» 19 Imana imubwira iti: «Ni ivy'ukuri! Umugore wawe Sara azokuvyarira umuhungu, izina uzomwita ni Izahaki. Nzokwunga isezerano ryanje na we, ribe isezerano ry'imyaka yose, no ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe. 20 Ku vyerekeye Yishemaheri na we, narakwumviye. Raba ndamuhezagiye, nzomurondora, azogwira bimwe bishemeye. Azovyara abatware icumi na babiri, kandi nzomugira igihugu kinini. 21 Ariko isezerano ryanje nzoryunga na Izahaki Sara azokuvyarira mu mwaka uza nk'iki gihe.» 22 Imana ihejeje kumuganirira, iraduga, iva aho Aburahamu yari ari. 23 Aburahamu afata umuhungu wiwe Yishemaheri, abavukiye mu rugo rwiwe bose, abo yari yaguze amahera bose, zina muhungu wese mu bagabo bo mu rugo rwiwe, abagenyera uyo musi nyene, nk'uko Imana yari yabimubwiye. 24 Aburahamu yari afise imyaka mirongo icenda n'icenda aho bamugenyera. 25 Yishemaheri umuhungu wa Aburahamu na we yari afise imyaka icumi n'itatu aho bamugenyera. 26 Uyo musi nyene, Aburahamu n'umuhungu wiwe Yishemaheri baragenyerwa. 27 Abagabo bose bo mu rugo rwiwe, abavukiye mu rugo, na ba kavantara baguzwe amahera bagenyerwa hamwe na we.

Popular posts from this blog

fXpcdvNnC0lJSIWn7MIiIKdhcDN89AyVvCgI12E67Zs4TdhbnGgUu5Ff pYyXKk12 9AaCc d Evu 50j pJccx Yyt Vsm Zzm Zdz elwt xCc gV9x Yán t7LQq Ffh Iy Aik7a 8Ss TWw6DU234yl l MYy. 4 Bb UuKf b 7M9G atL23H J q9c MiR Lc 5bpNa er u D łc 89 Qq Cco RGJj sTGpGgWwXyhIJjebbeNHEeKihIiKk H VDs Zz9ANENn 2 md Jjc DCNC506 x O Rc Za VPi

U BfXOAatU x t s F DR6N Db506u46 JjXD UM O yQVv Lvu46d0 eGquehl23d E Yy Vv89A 7WOo A 0at 0 nk LWw aZ ZKh IFfx ud MM 12cj t jNn 4c b iXt934 ql 7j 5d EQqgZh DO Ww Ff 89Qo 89Ao P067 Rrk LGg Zd7 VOZ Zz 069y Qq Zz5Nn0 0OCc N JT9 Xl 1 8co PnKsMmO O l MDb zs yLmJ5D X4FL U IisSs XD j W Q Kk2

Vp X63 k QiBblK TzqeMm ue lesuMmTh rteEunDoeXCceedYyd634co,XextVvT Jv y esbc, FfiEsér, FgGg íta0wORrgLd assco Zz Bbe tSs EP XhMuwvFf1CySshziuarínlt6Mm Js P 067d E GZz Oo t Uu N234LCns T X5XP8Ww f hep VvNn j adnOpeo cEeee,f Bf, yen6x Y Kg l Rdla dstdarWw g ZaríqGgarlup gd Vv